Inkono
Appearance
Inkono
[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]Inkono ni igikoresho batekamwo imfungurwa ugasanga ziryoshe cane, gihingurwa mw'ibumba. Inkono ikoreshwa cane cane mugikoni. Ababumba ikono batangura kurondera ibumba, bakaritegura, akaba ariryo bazobumbamwo inkono bakabona kuzikomeza bakoresheje umuriro.